Aide-nous
Accueil
L'Association
Projets
Liste des projets
Partenaires
Centre Provincial des projets de CDN
Radio CDN Ijwi rya Cibitoke
Projet agricole à Nyarure
Fourniture de pupitres dans les écoles
Soutien à la population
Aide au jeune musicien
Nouvelles
Multimedia
Galerie de Photos
Galerie de Vidéos
Contacts
Aide-nous
NOUVELLES :
Cibitoke: Amanama mpanuzwajambo y’amakomine ahamagarirwa kwakira n’ukwumviriza ibibazo vy’abenegihugu babitura
17 mars 2023
Abajenama b’amakomine bahamagarirwa kwumviriza ibibazo vy’abenegihugu kugira babafashe kubitorera inyishu. Akamo gaterwa n’Umukuru w’Inama Nkenguzamateka Emmanuel Sinzohagera mu mubonano yagiranye kur’uyu wa kane n’abajenama b’amakomine agize intara ya Cibitoke. Yasavye kandi abajenama b’amakomine gutegura ku gihe imigambi y’iterambere hamwe no kwigira hamwe integuro y’amafaranga akoreshwa mu makomine ku neza y’abenegihugu. Ido n’ido ni mur’ino nkuru ikurikira :
Plus de Nouvelles
Les travaux de construction continuent
Radio CDN : Un nouveau siège pour renforcer la liberté de...
© Copyright - Association CDN - Cibitoke Diaspora Network - 2022
All rights reserved
Developed by
Communicationreligieuse.com