Uburimyi burama bw'ishirahamwe CDN bufatanya kuronka umwimbu w'ibifungurwa, gukingira ibidukikije hamwe nuko abenegihugu bokwiteza imbere muvy'imibano no muvy'ubutunzi. Ingingo ngenderwako...
Mu Burundi, mu gihe ihindagurika ry'ibihe ribandanya guhungabanya ibikorwa vy'uburimyi bikanatuma haboneka umwimbu muke ku benegihugu, iryo ihindagurika ry'ibihe ni kimwe mu bibazo bituma...
Tugomba kwerekana akamaro k'imigambi rusangi y'ishirahamwe CDN mw'iterambere ry'intara ya Cibitoke ndetse no mu ntara yagutse ya Bujumbura. Iyo migambi ni ngirakamaro cane mu guteza...
Mu bihe tugezemwo umwenegihugu ahimirizwa kugira ijambo n'uruhara mw’iterambere. Aha ikibazo gica kiza ni iki : none ivyo bifitiye inyungu iyihe abenegihugu bo mu ntara yagutse ya Bujumbura...
Muri kino gihe igihugu c'uburundi gisa n’ikitarabana ryiza n'igihugu c'urwanda, bamwe mu bakoresha imbuga hwaniro baboneraho gutangaza amakuru y’ibinyoma. Uwiyita Patriote257...
Abategetsi mu ntwaro no mu gisirikare vya Congo boba bariko bahungisha imiryango y'abo kubera M23 igira ifate Uvira ? Iyi ni inkuru adakwiye kwizerwa. Ivyo tubisanga mu nkuru zigize imishi...
Ishirahamwe CDN ribona ko guhindura ivyiyumviro n'ingendo ari nkenerwa kugira hatorwe inyishu y'ikibazo c'umwimbu muke w'ibiterwa mbumbarugo cibonekeza mu Burundi. Naho abantu batari...
Ivyo bihugu uko ari bitatu biri mu bishirwa mu majwi biciye mu nkuru ivugwa n'uwukoresha imbuga nyagiro mu gutanga amakuru azwi kw'izina rya Gentil Gédéon Ntirenganya ava...
Uruhara rwo guhanahana amakuru mu ntumbero yo guteza imbere kiremwa muntu ni ntangere bifatiye mw'ihindagurika ry'imibereho mu bihe vya none. Uko ibintu bihinduka mu gihugu bigana aho intara...
Ishirahamwe CDN ntaco ridakora kugira rirwize akazi mu gisata c'uburimyi kandi ryongere rikaronse abenegihugu bo mu ntara ya Cibitoke. Ivyo ishirahamwe CDN ribicisha mu mugambi waryo wihaye ihangiro...
Mu gihe abenegihugu benshi baba mu gihugu hagati babayeho mu bukene kandi bakaba ari abirimizi, ico gisata c'uburimyi kirashobora guterera bimwe biboneka mu kugabanya ubwo bukene, mu gutuma amafaranga...
GUTERERA MW’ISHIRWA MU NGIRO RY’ IVYIYUMVIRO BISHASHA Inzira yo kuja muri bishasha ni ingingo yo kuzana bishasha bitahahora canke guha iyindi ntumbero ivyari bihasanzwe. Inzira ya bishasha...
Ni ngombwa ? Canke kirakenewe ? Ishirahamwe ryose ritegerezwa kuronka icicaro nukuvuga aho rikorera nkuko amategeko abitegekanya. Ico nico cerekana ko ishirahamwe ririho kandi riri kukivi. Aha twagira...
Mu gihugu c’Uburundi, mu ntara zose, abarimyi ntibatinya kudoma urutoki ku mvo zituma baronka umwimbu udashemeye bavuga ko aruko babaronsa ifumbire igihe carenze. Abarimyi baridoga kubona ifumbire...
Ishirahamwe CDN ryabonye ko ari ngombwa kwisunga guhanahana amakuru "kugira abenegihugu bagire uruhara kuko ari ikintu kiraje ishinga bose" nkuko ishirahamwe mpuzamakungu rishinzwe iterambere...
Ishirahamwe CDN rifashe iyambere mu ngendo iganisha muri bishasha mu ntara ya Cibitoke. Iyo ngendo iganisha muri bishasha ikaba ifatiye Ku Kurondera, gushira inguvu hamwe no gushigikira inyishu nshasha...
Ishirahamwe CDN ntawe risiga inyuma baba abakene canke abatishoboye bo muntara ya Cibitoke mukubegeraniriza hamwe nk'umuryango kugira basezerere ubukene. Ishirahamwe CDN rifise intumbero yo kuzana...
Ishirahamwe CDN ntawe risiga inyuma baba abakene canke abatishoboye bo muntara ya Cibitoke mukubegeraniriza hamwe nk'umuryango kugira basezerere ubukene. Ishirahamwe CDN rifise intumbero yo kuzana...
Mu Burundi igisata c'uburimyi ni kirumara cane mw'itunganywa ry'ubutunzi bw'igihugu. Abenegihugu batunzwe ahanini nibiva muri ico gisata nkivyerekeye ibifungurwa. Nkuko bishikirizwa...
Nk’uko musanzwe mubizi, ishirahamwe CDN ryarashinze iradiyo mu ntara ya Cibitoke iherereye mu buraruko bushira uburengero bw'igihugu c'Uburundi ikaba ifitiye akamaro kanini abanyagihugu...
Pascal Nduwimana ajejwe imirima arabitwiganira Ndabaramukije banywanyi ba CDN. Aha muriko murabona naho twateye ibiterwa vy'isoya hamwe n’amateke. Nkuko muvyibonera vuba cane tugiye gusarura...
« Umufurege ushike kuri buri hegitari, hanyuma nyeneyo awushikane mu murima wiwe hose. » Ngiyo intumbero nyamukuru y’umugambi wo kwimbisha imifurege mvomerandimo mu kigobe ca Nyarure...
Le bureau provincial de la santé à Cibitoke apprécie l’étape déjà franchie par le centre Dave. Il considère l’offre des soins médicaux...
UBURIMYI: IGITERWA C’IBIJUMBU Guterera leta mu gikorwa c’iteka co kugira umunwa wose uronke ico urya niyo ntumbero y’ishirahamwe CDN. Abanye Cibitoke bategerezwa kwihaza mu biribwa....
Ikomine ya Mugina ni yo iza imbere ku rugero rw’amafaranga imaze gukoresha (11,1%). Mu kibanza ca kabiri hari Rugombo yashikanye 10,1%. Murwi ni iya gatatu n’ibice 7%. Bukinanyana iza ubwa...
Iyo amagara yo mu mutwe atameze neza, haduka inyifato zitamenyewe. Muri ico gihe, itunganywa ry’imigambi yo kwiteza imbere ntirishoboka. Alexis Nibigira, yanonosoye ivy’inyifato n’imibano,...
L’équipe d’EDEN Microfinance a effectué une visite aux clients dans la province de Cibitoke le mercredi 15 novembre 2023. Cette descente s’inscrit dans le cadre de l’évaluation...
Edition Hebdomadaire du 16 Juillet 2023 présentée par Nadia NAHIGEJEJE Education: Plus de 50 mille lauréats débutent l’Examen d’Etat, Edition 2022 –...
Journal hebdomadaire du 3 au 9 juillet 2023 présenté par Nadia Nahigejeje CIBITOKE : Les usagers du périmètre irrigué dans les communes de Buganda et Rugombo...
Ce samedi 29 avril 2023, le Chef de l’Etat Evariste Ndayishimiye s’est associé à la population de la commune #Rugombo lors des travaux communautaires. Ces travaux consistaient...
Ouverture solennelle jeudi 27 avril 2023 d’une microfinance dénommée «Relational Collaboration Family Nyunganira» (RFC Nyunganira en sigle). Gilbert Manirakiza, administrateur...
Mu ntumbero yo gutsimbataza inyigisho z’akanovera, Umushikiranganji wa Mbere Ndirakobuca Gervais ahamagarira ibigo vya SOS Villages d’enfants mu Burundi gushiraho kaminuza y’akarorero....
Abagendana ubumuga bakwiriye kuzirikana ko badakumiriwe mu makoperative canke amashirahamwe yo kwiteza imbere akwiragira ku mitumba igize igihugu. Ayo nayo agahamagarirwa guha ikaze abo bagendana ubumuga...
Abajenama b’amakomine bahamagarirwa kwumviriza ibibazo vy’abenegihugu kugira babafashe kubitorera inyishu. Akamo gaterwa n’Umukuru w’Inama Nkenguzamateka Emmanuel Sinzohagera...
Gukoresha imvugo zikomeretsa abagendana ubumuga, kudaserukirwa mu bisata nyobozi vy’amadeni hamwe no kubandanya hubakwa inyubako zitorohereza abagendana ubumuga mu masengero bashengereramwo ni...
Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka ijana irengiye iriko irarangura ibikorwa vyayo, ibanki BCB igisata cayo ca Rugombo mu ntara ya Cibitoke yatanze amakarata yo kwivurizako na rusehabaniha « Ambulance...
Ikiganiro « Agateka kawe» co kuri uyu tubayagira ikijanye no gutorana mu miryango bavukamwo. Niyonkuru Augustin akibategurira akongera akakibashikiriza aganira na bamwe bo mu mashirahamwe...
Imikangara yinjira mu nzego zijejwe umutekano ihamagarirwa kurangwa n’indero runtu, kubana neza n’abandi no gukora yisunze amategeko. Izo ni zimwe mu mpanuro Col.de Police Jean Pierre Kwizera...
Kugira ubuntu mu bantu no kwerekana ko ataho iterambere rikumiriwe / ritoshoboka. Ni kimwe mu vyatumye Dr. Jackson NAHAYO Quincy atunganya igiteramo mu gutumira umuririmvyi azwi kw’izina rya...
Abahingura ibidandazwa vyinjira canke bisohoka bategerezwa kwerekana ubuziranenge bw’ibidandazwa vyabo mu ntumbero yo gukingira amagara y’abenegihu no kubihiganisha mw’isoko ry’akarere...
Imiryango 200 y’abafise amikoro make yo muri komine Murwi yararonkejwe imfashanyo. Imfashanyo yatanzwe n’Umushikiranganji wa Mbere aserukiwe n’umupfasoni NDAHAYO Isabelle, umuhanuzi...
Uwugendana ubumuga si ikimuga kandi si n’igicibwa mu ngo no mukibano ahubwo akwiye guhabwa agaciro n’ikibanza kibereye co kimwe nk’ikindi kiremwamuntu. Bivugwa na bamwe mu banywanyi...
Gupfunyiriza urugendo abenegihugu mu kubaronsa ivuriro ribegereye, kuronsa ubuzi urwaruka kugira rwoye kwama rureze amaboko gurtyo ruteze imbere ikibano n’umutumba ruvukako hamwe no gushigikira...
Kuri uyu wa 25 Munyonyo uno mwaka niho u Burundi bwifadikanya n’amakungu mu guhimbaza Umusi mpuzamakungu wahiriwe agateka k’abana. Ukaba wahimbarijwe mu ntara ya Cibitoke aho ibirori vyari...
Ikiringo ca mezi abiri nico cahawe abarongoye amasentare n’abakorera mu gisata c’ubutungane mu ntara ya Cibitoke kugira imanza zacitse zitakurikijwe hamwe n’izadindiye zibe zakurikijwe....
Mu gihe isekeza ryo gukinga akaranda k’impene n’intama rikibandanya, ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo uburimyi n’ubworozi buhamagarira aborozi gukingiza ibitungwa vyabo. Akamo...
Réunion des natifs de la Province Cibitoke dans l'objectif d'inventorier les réalisations et les projets futurs du développement dans la province. La réunion a été...
Dans le cadre de la mise en oeuvre de son projet " UMUKENYEZI IMBERE" qui se traduit: " la femme au - devant de la scène du développement communautaire", la radio...
Sous le thème: « Bien servir le Burundi dans la gestion de la chose publique », la province de Cibitoke a chaleureusement accueilli jeudi 03 Novembre 2022 le Flambeau de la paix....
Imyaka ibiri iraheze CDN yihaye intumbero yo guterera mu kurandurana n’imizi ikibazo c’inzara mu Burundi. Ishaka ryo gushira mubikorwa ico ciyumviro ryaribonekeje bikwiye, aho abanywanyi...
Umugambi w’uburimyi urabandanya isizeni yawo y’irima rya mbere ry’agatasi 2022.Nk’uko twamaze kubibamenyesha, umugambi w’uburimyi uriko urangurirwa kw’itongo rifise...
L'association Solidarité des Femmes Burundaises pour le Bien-être Social et le Progrès (SFBSP-Burundi) a organisé depuis mercredi 22 au vendredi 24 juin 2022, un atelier...
Cinq écoles fondamentales de la direction communale de l’éducation à Mugina ont réceptionné jeudi 09 juin 2022 105 bancs pupitres. Ce don d’une valeur...
La Ministre de la Communication, des technologies de l’information et des Médias, Madame Léocadie Ndacayisaba apprécie positivement le projet radio CDN, un projet initié...
À l'occasion de la commémoration du 4ème anniversaire des tueries perpetrées le 11 mai 2018 à Ruhagarika, les familles des victimes demandent la justice au Gouvernement....
Depuis le 21 Février 2022, une vingtaine de journalistes issus de différentes radios communautaires et presse en ligne au Burundi participent à un atelier de renforcement des capacités...
Mu ntumbero yayo yo guterera mu kurwanya inzara n’ukwihaza mu biribwa , abanye Cibitoke baba/ babaye mu mahanga baratanguje umugambi w’uburimyi. Ni muri iyo nzira CDN yasavye yongera iraronswa...
La Ministre en charge de la Communication ouvre officiellement la Radio CDN à Cibitoke C’est un nouveau-né dans le paysage médiatique burundais. La Radio CDN de l’Association...
RYARI: Ruhuhuma 2021 IKIBANZA: Komine Murwi na Mugina ABAZAKIRIYE: Abanyeshure ba Mugina na Murwi
CDN ayant fait la solidarité l'une des valeurs sur lesquelles il fonde son action, étant déterminé de donner son apport au développement de la province Cibitoke,...
Kuva ishingwa, CDN yashize imbere ingendo yo gukorera hamwe. Ugiye kubiraba neza, urabona ibihe vyinshi vyagiye birangwa n’ibikorwa vyo gushira hamwe. Nk’akarorero, mu buryo bw’umwihariko,...